Ce document contient le Symbole des apôtres en langue kirundi parlée au Burundi, en Ouganda, en Tanzanie, au Rwanda et en RD Congo.

1 pages.

Le Symbole des apôtres en langue kirundi Inama Y’abatumna

Nizera Imana Data Mushobora vyose,
Umuremyi w’ijuru n’isi.
Nizera Yesu Kristo, Umwana wayo w’ikinege, Imana yacu,
yasamwe inda kubwa Mpwemu Yera,
Avyarwa n’inkumi Maria,
Yarababajwe kubwa Pontius Pilato,
Abambwa k’umusalaba, arapfa, hama arahambwa;
Amanuka ikuzimu mu bapfuye.
Ku musi ugira gatatu azuka mu bapfuye;
Aduga mw’ijuru,
Yicaye iburyo bwa Data,
Kandi azoza gucira urubanza abariho n’abapfuye.
Nizera Mpwemu Yera,
N’ishengero ryejejwe,
N’isangira ry’aberanda,
N’ukubabarirwa kw’ivyaha,
N’izuka ry’umubiri,
Hamwe n’ubuzima buhoraho.
Amen.